Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 7:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Kuko uko ucira imanza abandi ni ko n’Imana na yo izorugucira, kandi uko mugerera abandi ari ko namwe muzogererwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kuko, uko muhinyura abandi, ari ko muzohinyurwa namwe; kand’ ingero mugeramwo muzoyigererwa namwe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 7:2
19 Referans Kwoze  

Kuko Imana mu guca imanza, abatazogirirwa imbabazi ni abanse kuzigirira abandi. Ariko abagira imbabazi bazozigirirwa, kuko imbabazi zirengeye urubanza!


Yongera kubabwira ati: “Mushire imitima cane ku vyo mwumva! Kuko uko mugerera abandi ari ko namwe muzogererwa, mbere kuri mwebwe bizorushiriza.


Mutange, namwe muzohabwa. Ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye ni yo muzogererwa. Mugerera abandi ari ko namwe muzogererwa.”


Nimucishure ivyo cakoreye abandi, mugikorere incuro zibiri ivyo cakoze. Nimwuzuze igikombe canywesherejeko abandi inzoga iboreza incuro zibiri kurusha.


Mwibuke bene Data: ababiba bike bimbura bike, kandi ababiba vyinshi bimbura vyinshi.


Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite