Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 7:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Igiti cose cama ivyamwa bibi kiracibwa kigatererwa mu muriro.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Igiti cose kitama ivyiza kiracibga, kigatererwa mu muriro.

Gade chapit la Kopi




Matayo 7:19
13 Referans Kwoze  

Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.


Ariko umurima umera amahwa n’ibitovu nta co uba umaze, uba uri hafi kuvumwa, kandi amaherezo yawo ni uguturirwa.


Mbere incabiti ibanguriwe imizi y’ibiti: igiti cose kitama ivyamwa vyiza kigiye gucibwa gitererwe mu muriro.”


Kubana na bo iyo musangira mu misi mikuru y’urukundo nk’abizera ni agatetereza, kandi ivyo babikora ata co basonera. Bameze nk’abungere biragira ubwabo. Bameze nk’ibicu bitagira imvura bikubebwa n’umuyaga. Bameze kandi nk’ibiti bitagira ivyamwa mu gihe c’iyera, vyaranduranywe n’imizi bipfa kabiri.


Nta giti ciza cokwama ivyamwa bibi, kandi nta giti kibi cokwama ivyamwa vyiza.


Abantu bacu bakwiye kwiga kwitangira ibikorwa vyiza, kugira ngo bashobore gufasha mu bikenewe, ubuzima bwabo ntibube ubutagira ikimazi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite