Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 7:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nta giti ciza cokwama ivyamwa bibi, kandi nta giti kibi cokwama ivyamwa vyiza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Igiti ciza ntigishobora kwama ibibi, kand’ igiti kibi ntigishobora kwama ivyiza.

Gade chapit la Kopi




Matayo 7:18
5 Referans Kwoze  

Kuko kamere k’icaha kipfuza ibinyuranye n’ivyo Mpwemu agomba, kandi ivyo Mpwemu yipfuza binyuranye n’ivyo kamere k’icaha kipfuza. Vyompi bigwanira muri mwebwe mugasanga ntimushobora gukora ivyo mushaka.


Igiti ciza cama ivyamwa vyiza, kandi igiti kibi cama ivyamwa bibi.


Igiti cose cama ivyamwa bibi kiracibwa kigatererwa mu muriro.


Nta giti ciza cama ivyamwa bibi, kandi nta giti kibi cama ivyamwa vyiza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite