Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 6:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ntimugire nka bo, kuko Data wo mw’ijuru azi neza ivyo mukeneye imbere y’uko munabimusaba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ntimuze muse na bo; kuko So azi ivyo mukennye mutaramusaba.

Gade chapit la Kopi




Matayo 6:8
6 Referans Kwoze  

Ivyo ni vyo abatizera Imana birukira ubudahumeka; ariko mweho So wo mw’ijuru arazi ko ivyo vyose mubikeneye.


Kuko n’abantu bo mu mahanga yose yo kw’isi na bo ivyo ni vyo birukira ubudahumeka, ariko mweho So wo mw’ijuru arazi ko ivyo vyose mubikeneye.


Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite