Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 6:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Uduhe ivyokurya bidukwiye uno musi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uduhe ivyo kurya dukwiranye uyu musi;

Gade chapit la Kopi




Matayo 6:11
12 Referans Kwoze  

Uduhe ivyokurya bidukwiye ku musi ku musi.


Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Umuntu ntabeshwaho n’indya gusa, ariko atungwa n’ijambo ryose rivuye mu kanwa k’Imana.’”


Iyo turonse ico turya n’ico twambara, biba bidukwiye.


Abo bantu turabategetse tubinginga mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo ngo bame bakora kugira ngo babone kwibeshaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite