Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 5:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Jeho ndababwiye nti: mukunde abansi banyu kandi musengere ababagirira nabi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Ariko jeho ndababgire: Mukunde abansi banyu, musabire ababahama,

Gade chapit la Kopi




Matayo 5:44
21 Referans Kwoze  

Muhezagire ababagirira nabi, ntimubavume ahubwo mubahezagire.


Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro.


Maze Yesu aravuga ati: “Data, bababarire, kuko ntibazi ico bariko barakora.” Maze bagabura impuzu za Yesu hakoreshejwe ubufindo.


Abamututse ntiyabihora, canke ngo ahige kwihora abamuteje imibabaro. Ivyo yabirekeye Imana yoyo ica imanza ziroranye.


Aca agwa apfukamye, asemerera ati: “Mwami, ntubaharureko iki caha.” Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana.


Ndabahaye icagezwe gishasha: Nimukundane. Nk’uko nabakunze, ni ko namwe mukwiye gukundana.


Mwirinde ntihagire uwusubiza inabi mugenziwe, ariko mugiriranire ubugwaneza muri mwebwe no ku bandi.


Ariko Pawulo arasemerera ati: “Reka ntugire ico wigira, twese turi hano.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite