Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 5:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Mwarumvise ko vyavuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Ukunde mugenzawe ariko wanke umwansi wawe.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Mwarumvise ko vyāvuzwe, ngo Mukunde bagenzi banyu, mwanke abansi banyu.

Gade chapit la Kopi




Matayo 5:43
17 Referans Kwoze  

wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”


Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


Mwarumvise ko ba sogokuruza bari barigishijwe ngo: ‘Ntukice, kandi ko uwica wese azotsindwa n’urubanza’ ;


Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ntugasambane.’


Kandi ibwirizwa yaduhaye ni iri: umuntu akunda Imana atagerezwa gukunda bene Data.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite