Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 5:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Mu gihe rero uriko urashikanira Imana ikimazi ku gicaniro, ukibuka ko hariho ikintu upfa na mugenzawe,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ni wajana ishikanwa ryawe ku gicaniro, ukahībukira ko har’ ico upfa na mugenzawe,

Gade chapit la Kopi




Matayo 5:23
17 Referans Kwoze  

Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze mubabarire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [


siga ikimazi cawe ngaho imbere y’igicaniro, ubanze ugende wiyuzuze na mugenzawe hanyuma ugaruke utange ico kimazi.


Hanyuma Yesu aca aramubwira ati: “Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ariko genda umuherezi agusuzume, hanyuma utange ikimazi Mose yashinze ko uwuhumanutse atanga kugira ngo bose bamenye ko wahumanutse.”


Mwa mpumyi mwe! Mbega igihambaye ni ikihe, hagati y’ikimazi n’igicaniro gituma ikimazi kiba icejejwe?


Ariko Zakayo arahaguruka, abarira Umwami Yesu ati: “Mwami, ngira mfate ica kabiri c’ivyo ntunze ndakigaburire aboro, kandi nimba hari uwo nivye, ndabimuriha incuro zine.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite