Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Muri umunyu mu bantu bo mw’isi. Ariko iyo umunyu utakaje uburyohe bwawo, mbega bwowusubiramwo gute? Nta co uba ukimaze atari ugutabwa hanze abantu bakawucako.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Mur’ umunyu w’isi. Arik’ umunyu, iy’ ushize uburyohe, uba ukiryoshwa n’iki? Nta co uba ukimaze atar’ ugutabga hanze ugakandagirwa n’abantu.

Gade chapit la Kopi




Matayo 5:13
8 Referans Kwoze  

Ibiyago vyanyu bibe vyuzuyemwo ubuntu, birunzwe umunyu, kugira ngo mumenye uko mwishura umuntu wese.


Namwe mwibaze ingene igihano kizohabwa abagaye Umwana w’Imana, bagatitura amaraso y’isezerano yabogeje ivyaha, kandi bagatuka Mpwemu w’ubuntu, kizoba gikomeye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite