Matayo 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Harahiriwe abahamwa bahorwa ukugororoka, kuko Ubwami bw’ijuru ari ubwabo. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Hahirwa abahamwa bahōrwa ukugororoka, kuk’ ubgami bgo mw ijuru ar’ ubgabo. Gade chapit la |