Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 4:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Aramubwira ati: “Ivyo vyose ndabiguha niwapfukama ukansenga.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 at’ Ivyo vyose ndabiguha, ni wampfukamira, ukansenga.

Gade chapit la Kopi




Matayo 4:9
21 Referans Kwoze  

Umwami w’iyi si yarahumishije ubwenge bw’abatizera, kugira ngo ntibabone umuco w’Ubutumwa Bwiza bw’ubwiza bwa Kristo, we shusho y’Imana.


Numvise ivyo nca nikubita hasi nubamye ngo ndamusenge. Ariko aca ambwira ati: “Ntugakore ivyo! Nanje ndi umukozi w’Imana co kimwe na we na bene So bashingira intahe ukwizera bafise muri Kristo. Usenge Imana yonyene. Kuko ugushingira intahe Yesu ni impwemu y’ubuvugishwa.”


Ku bijanye n’urubanza, barihenda kuko umutware w’iyi si yamaze gutsindwa n’urubanza.


Ategerezwa kuba atakiri umwana mu kwizera, ahandi ho yohava agwa mu caha c’ukwishira hejuru, akazocirirwa urubanza rumwe na Satani.


Kw’ikanzu yiwe no kw’itako rwiwe hari handitseko ngo: umwami w’abami, uwuganza abatware.


Nta mwanya ngifise wo kubabwira vyinshi, kuko umutware w’iyi si agira aze. Jewe nta bubasha amfiseko,


Yesu yari azi ko Se yamuhaye ububasha ku bintu vyose. Yari azi ko yaje ava ku Mana kandi ko yagira asubireyo.


Igihe co gucira iyi isi imanza kirageze; umutware wayo agira atererwe hanze.


arababaza ati: “Hamwe nobaha Yesu mwompa angahe?” Baca bamuha ibiceri vy’ifeza mirongo itatu.


Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite