Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yesu na we aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Ntukagerageze Uhoraho Imana yawe.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Yesu aramubgira, ati Vyongeye haranditswe, ngo Ntukagerageze Uhoraho, Imana yawe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 4:7
21 Referans Kwoze  

Ntitugerageze Kristo nk’uko bamwe babigize bakamarwa n’inzoka.


Aho ba sogokuruza banyu bangerageza bakancaca, naho bari barabonye ivyo nabakoreye imyaka mirongo ine.


Petero aca amubwira ati: “Vyabagendeye gute ngo mwumvikane guhenda Mpwemu w’Umwami Imana? Raba ibirenge vy’abavuye guhamba umugabo wawe bigeze aho imbere y’umuryango, kandi na wewe barakujana.”


Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Umuntu ntabeshwaho n’indya gusa, ariko atungwa n’ijambo ryose rivuye mu kanwa k’Imana.’”


Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Babaza Yesu bati: “Mbega urumva ivyo aba bana bariko baravuga?” Na we arabishura ati: “Egome. Mbega ntimurasoma Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Mu kanwa k’abana bato n’inzoya, wahironkeye amashimwe’?”


Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Ntukagerageze Uhoraho Imana yawe.’”


None rero, ni kubera iki mugomba kugerageza Imana mu kuremeka abigishwa imitwaro twebwe ndetse na ba sogokuruza tutashoboye kwikorera?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite