Matayo 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, niwikororere hasi, kuko handitswe ngo: ‘Azotegeka abamarayika biwe bakuzigame. Bazokurerura mu maboko yabo kugira ngo ntutsitare kw’ibuye.’” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 aramubgira, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, ikororere hasi, kuko vyanditswe, ngw Azokuragiza abamarayika biwe, Na bo bazokuramira mu maboko yabo, Ngo kumbure ntutsitare kw ibuye. Gade chapit la |