Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 4:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 “Mu ntara ya Zabuloni n’intara ya Nafutali, mu bice vyegereye ikiyaga, hakurya ya Yorodani, i Galilaya haba Abanyamahanga benshi;

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 ngw Igihugu ca Zebuloni n’igihugu ca Nafutali, Aherekeye ku kiyaga, hakurya ya Yorodani, I Galilaya h’abanyamahanga,

Gade chapit la Kopi




Matayo 4:15
9 Referans Kwoze  

Yabanje kuja i Nazareti, hanyuma avayo aja kuba i Kaperinawumu, igisagara cari hafi y’ikiyaga mu ntara ya Zabuloni na Nafutali,


kugira ngo ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya bishike. Yavuze ati:


Maze amasinzi y’abantu baramukurikira, bavuye i Galilaya, i Dekapolisi, i Yerusalemu, i Yudaya, no hakurya ya Yorodani.


Nuko ahera ku vyanditswe na Mose n’abavugishwa bose, abasigurira ico Ivyanditswe bimuvugako.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite