Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 4:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Buno Yesu aramubgira, ati Mvako, Satani, kuko vyanditswe, ng’ Uhoraho, Imana yawe, abe ari yo usenga, kand’ abe ari yo usaba yonyene.

Gade chapit la Kopi




Matayo 4:10
30 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera!’”


Nuko, mwicishe bugufi imbere y’Imana. Mugwanye wa mubi, na we azobahunga.


Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.


Yesu arahindukira abwira Petero ati: “Mva i ruhande, Satani, herera inyuma yanje! Uri igitsitaza kuri jewe; kuko ibikuraje ishinga si ivy’Imana, ariko ni ivy’abantu.”


ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Yabana n’ibikoko vyo mw’ishamba, kandi abamarayika baraza bakamukorera.


Arababwira ati: “Nabonye Satani akoroka nk’umuravyo ava mw’ijuru.


Nimba Satani yigwanije, akicamwo ibice, none ubwami bwiwe bworama gute? Ibi ndabivuze kuko munyagiriza ko nirukana abadayimoni mu bushobozi bwa Beyelizebuli.


Mbega uwu mugore akaba n’umukobwa wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n’umunani aboshwe na Satani, ntiyari akwiye kubohorwa, naho ari ku musi w’Isabato?”


Nuko Satani yinjira muri Yuda Isikariyote, umwe muri bamwe cumi na babiri,


Simoni, Simoni, umviriza! Satani yabasavye kugira ngo abagosore nk’uwugosora ingano.


Yuda amaze kurya uwo mukate, Satani aca amwinjiramwo. Yesu aramubwira ati: “Nyarutsa ukore ico wateguye gukora.”


Maze Petero abaza Ananiya ati: “Ananiya, ni kuki Satani yujuje umutima guhenda Mpwemu Yera mu kunyegeza igice c’amahera wagurishije itongo ryawe?


kugira ngo ubugurure amaso, bave mu mwijima baje mu muco, ubakure mu bubasha bwa Satani ubazane ku Mana, baharirwe ivyaha vyabo, maze bahabwe ikibanza mu bejejwe babihawe no kunyizera.’


maze uwo muntu muze mumuhe Satani kugira ngo akamere k’icaha kiwe karanduke, ariko impwemu yiwe izorokoke ku musi w’Umwami Imana.


Ntihakagire uwiyima uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mukwiye gusubira kwegerana kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukubura ukwihangana kwanyu.


kugira ngo Satani ntaronke aho adufatira, kuko turazi ivyo yiyumvira.


Ariko nta gitangaje kuko na Satani yigira umumarayika w’umuco.


Kugira ngo sinishire hejuru ku bw’ivyo neretswe vy’akaburarugero, nashizwemwo ingwara ibabaza kandi idakira mu mubiri, intumwa ya Satani yo kunsubiza hasi kugira ngo noye kwishira hejuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite