Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Uwo Yohana ni we yari yaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya, igihe yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Uyo ni we yavuzwe na Yesaya yavugishwa n’Imana, at’ Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 3:3
8 Referans Kwoze  

Nuko Yohana yishura akoresheje amajambo y’uwavugishwa n’Imana Yesaya ati: “Ndi ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimugororere Uhoraho inzira.’”


Kandi nawe, mwana wanje, uzokwitwa uwuvugishwa n’Iyisumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Umwami Imana, ukamutegurira inzira.


Azogendera imbere y’Umwami Imana afise impwemu n’ububasha nk’ivya Eliya, kugira ngo agarukane imitima y’abavyeyi ku bana babo, abatumvira Imana na bo abagarukane ku bwenge bw’abagororotsi; uko ni ko azotegurira abantu kwakira Umwami Imana.”


“Ni ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa, ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’ ”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite