Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Hanyuma Yesu ava i Galilaya aja kuri Yorodani ngo abatizwe na Yohana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ico gihe Yesu ava i Galilaya, aja kuri Yorodani aje kuri Yohana, azanywe no kubatizwa na we.

Gade chapit la Kopi




Matayo 3:13
7 Referans Kwoze  

Ariko amaze kwumva ko Arukelayosi ari we atwara intara y’i Yudaya mu gishingo ca se Herode, aca aratinya kujayo, mu nyuma amaze kuburirwa n’Imana mu ndoto, aja mu ntara y’i Galilaya,


Bamaze kwatura ivyaha vyabo yaca ababatiza mu ruzi Yorodani.


Ariko Yohana agerageza kumwankira, avuga ati: “Ni jewe nkwiye kubatizwa nawe, none uje ngo abe ari jewe nkubatiza!”


Nanje ubwanje sinari ndamuzi, ariko icatumye nza mbatiza mu mazi, kwari ukugira ngo ahishurirwe Abisirayeli.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite