Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 28:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Umusi w’Isabato urangiye, mu mutwenzi w’umusi wa mbere utangura indwi, Mariya Magadalena na Mariya wundi baja kuraba imva ya Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Umusi w’isabato ushize, ku wa mbere w’imisi ndwi, umutwenzi ugomba gutambika, Mariya Magadalene na Mariya wundi baja kurāba imva.

Gade chapit la Kopi




Matayo 28:1
9 Referans Kwoze  

Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Yosefu, na nyina wa bene Zebedayo.


Baca basubira i muhira bategura ibimota neza n’amavuta yo gusiga ikiziga. Ariko Isabato igeze bararuhuka kugira bubahirize icagezwe.


Mariya Magadalena na Mariya wundi, bari bicaye imbere y’imva.


Ikigeretseko, hari abagore bo muri twebwe badutangaje. Bagiye ku mva uno musi mu gitondo,


Ku musi wa mbere utangura indwi, hakiri kare mu gitondo, ba bagore bafata vya bimota neza bari bateguye, baja ku mva.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite