Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 27:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Uko ni ko ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yeremiya vyashitse, aho yavuze ngo: “Bafashe vya biceri vy’ifeza mirongo itatu, ikiguzi Abisirayeli babonye ko akwiriye,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ni ho ivyavuzwe na Yeremiya yavugishwa n’Imana vyashikiye, ngo Bābiriye za ntete z’ifeza mirongwitatu, ni zo giciro yaciriwe, uwo bamwe mu Bisirayeli baciriye,

Gade chapit la Kopi




Matayo 27:9
7 Referans Kwoze  

Ivyo vyose vyabaye kugira ngo ivyo Umwami Imana yari yaravugishije abavugishwa na we bishike, ngo:


arababaza ati: “Hamwe nobaha Yesu mwompa angahe?” Baca bamuha ibiceri vy’ifeza mirongo itatu.


Uko ni ko ivyo uwavugishwa n’Imana Yeremiya yavuze vyashitse ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite