Matayo 27:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Abakuru b’abaherezi batora ayo mahera, baravugana bati: “Ntivyemewe ko aya mahera tuyavanga n’ubutunzi bw’urusengero kuko yaguze amaraso.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Abaherezi bakuru bāndūra zino feza, bati Ntizemerwa gushirwa mu mashikanwa, kukw ar’ ibiguze amaraso. Gade chapit la |