Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 27:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

57 Buriko burira, haza umutunzi w’i Arimataya yitwa Yosefu, kandi na we nyene yari umwigishwa wa Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 Ariko bugorovye haza umutunzi w’i Arimataya yitwa Yosefu, kandi na we yar’ umwigishwa wa Yesu;

Gade chapit la Kopi




Matayo 27:57
9 Referans Kwoze  

Aja kwa Pilato, amusaba ikiziga ca Yesu. Maze Pilato ategeka ko bakimuha.


Bamaze gushitsa ivyanditswe kuri we vyose, bamumanuye ku musaraba bamushira mu mva.


Abigishwa ba Yohana bavyumvise baraza batora ikiziga ciwe baja kugihamba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite