Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 27:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Hanyuma Pilato arababaza ati: “Ni nde muri aba babiri mugomba ko ndabarekurira?” Barishura bati: “Baraba.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Ico cēgēra kirababaza, kiti Mur’ abo bompi uwo mugomba ko ndabarekurira ni nde? Na bo baramwishura, bati Ni Baraba.

Gade chapit la Kopi




Matayo 27:21
6 Referans Kwoze  

Ariko abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda, bemeza abantu ko basaba Baraba kugira ngo Yesu abe ari we abambwa.


Hanyuma Pilato arababaza ati: “Yesu bita Kristo wewe ndamugire nte?” Bose bishurira rimwe bati: “Nabambwe!”


Nuko Pilato abaza abantu bari bakoraniye aho ati: “Mbega mugomba ko ndabarekurira imbohe iyihe: Baraba canke Yesu yitwa Kristo?”


Ariko ba barimyi bakimubona baca batangura kuvugana bati: ‘Uwu ni we azoba samuragwa. Reka tumwice kugira ngo twegukire ivyo yorazwe.’


Pilato aca akoranya abakuru b’abaherezi, abatware n’abari aho bose,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite