Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abigishwa babibonye ntibabishimye baca bavuga bati: “Mbega ubu buhombe ni ubw’iki?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Arikw abigishwa babibonye, baritonganya, bati Mbeg’ ubu buhombe n’ubg’ iki?

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:8
12 Referans Kwoze  

Bamwe mu bari aho bongorerana bababaye bati: “Ni kuki yononye ayo mavuta?


Bamwe cumi bandi bavyumvise, bashavurira abo bahungu babiri bavukana.


Ariko arafungura haza umugore aramwegera afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini, maze ayamusuka ku mutwe bicaye mu buriro.


Aya mavuta yari kugurishwa amahera menshi agafasha aboro.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite