Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:73 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

73 Haheze akanya gato, abari bahagaze ngaho begera Petero bamubwira bati: “Ni ukuri na we uri umwe muri bo, kuko n’imvugo yawe, irakuranga ko uri Umunyagalilaya.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

73 Hahise akanya, abahagazeho baramwēgēra, babgira Petero, bati N’ivy’ ukuri nawe ur’ uwo muri bo; bitayeko n’imvugo yawe iraguhinyuza.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:73
8 Referans Kwoze  

Arongera arabihakana, ashirako n’indahiro ati: “Sindamuzi!”


Petero aca atangura kurahira yisiba ati: “Ndabarahiye urya muntu sindamuzi!” Uwo mwanya nyene, isake ica irabika.


Petero yongera kubihakana. Haheze akanya, abari bahagaze hafi ya Petero baramubwira bati: “Ni ivy’ukuri uri umwe muri bo, kuko uva i Galilaya.”


Nuko barabazanya bati: “Aba bantu bose bariko baravuga si Abanyagalilaya?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite