Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:72 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

72 Arongera arabihakana, ashirako n’indahiro ati: “Sindamuzi!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

72 Yongera kubihakana arahira, at’ Uyo muntu sindanamuzi.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:72
11 Referans Kwoze  

Yesu aramubwira ati: “Petero, ndakubwire ukuri, isake itarabika uzoba umaze kunyihakana gatatu kose uvuga ko utanzi.”


Petero aca atangura kurahira yisiba ati: “Ndabarahiye urya muntu sindamuzi!” Uwo mwanya nyene, isake ica irabika.


Hanyuma aragenda ahagarara hafi y’irembo, uwundi mwigeme w’umukozi w’aho na we aramubona aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu w’i Nazareti.”


Haheze akanya gato, abari bahagaze ngaho begera Petero bamubwira bati: “Ni ukuri na we uri umwe muri bo, kuko n’imvugo yawe, irakuranga ko uri Umunyagalilaya.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite