Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:71 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

71 Hanyuma aragenda ahagarara hafi y’irembo, uwundi mwigeme w’umukozi w’aho na we aramubona aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu w’i Nazareti.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

71 Yungururije mu bikingi vy’irembo, iyindi ncoreke iramubona, ibarira abar’ aho, iti N’uyu nyene yari kumwe na Yesu Umunyanazareti.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:71
6 Referans Kwoze  

Haciye akanya, uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri umwe muri bo.” Petero yishura uwo muntu ati: “Eka sindi kumwe na bo.”


baca baja kuba mu gisagara citwa Nazareti. Uko ni ko ivyo abavugishwa n’Imana bavuze vyashitse ngo: “Azokwitwa Umunyenazareti.”


Ariko Petero, arabihakana imbere yabo ati: “Sinzi n’ivyo muriko muravuga.”


Arongera arabihakana, ashirako n’indahiro ati: “Sindamuzi!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite