Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:70 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

70 Ariko Petero, arabihakana imbere yabo ati: “Sinzi n’ivyo muriko muravuga.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

70 Na we abihakanira mu maso ya bose, at’ Ico uvuze sindanakizi.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:70
17 Referans Kwoze  

Nuko rero uwibaza ko ahagaze, yiyubare ntagwe.


Ariko abahemuka, abatizera, abakora ibiterasoni, abicanyi, abasambanyi, abapfumu, abasenga ibigirwamana n’ababeshi bose, ikibanza cabo ni ikiyaga caka umuriro, ari rwo rupfu rwa kabiri.”


Ukwo ni ukuri. Ariko wibuke ko ayo mashami yaciwe kubera ukutizera, kandi nawe uhagumijwe n’ukwizera. Rero, ntiwishime ahubwo utinye.


Ariko Petero aguma inyuma yiwe, amukurikira agendera kure, kugeza ashitse mu rugo rw’umuherezi mukuru. Ashitse yicarana n’abarinzi b’urugo arindira kuraba ingene bija kurangira.


Ariko, ibi vyose bibaye kugira ngo Ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana bishike.” Ubwo nyene abigishwa biwe bose baramuta barahunga.


Umwe mu bari kumwe na Yesu aca asokora inkota, ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.


Ico gihe, Petero yari yicaye hanze mu rugo. Maze umwigeme yakora ngaho, aramwegera avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu w’i Galilaya.”


Hanyuma aragenda ahagarara hafi y’irembo, uwundi mwigeme w’umukozi w’aho na we aramubona aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu w’i Nazareti.”


Ariko arabihakana, abwira uwo mugore ati: “Haba na mba, sindanamuzi!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite