Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ariko arafungura haza umugore aramwegera afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini, maze ayamusuka ku mutwe bicaye mu buriro.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 umugore aza kuri we afise ikebano ry’amavuta atāmirana y’igiciro kinini cane, ayamusuka ku mutwe, arikw ararya.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:7
12 Referans Kwoze  

Ntiwansize amavuta ku mutwe, ariko we yansize amavuta amota cane ku birenge.


Abigishwa babibonye ntibabishimye baca bavuga bati: “Mbega ubu buhombe ni ubw’iki?


Ico gihe Yesu yari i Betaniya mu nzu kwa Simoni, yahoze ari umunyamibembe. Ariko arafungura, haza umugore afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini ahinguwe mu giti bita narada. Nuko yugurura rya cupa, asuka ya mavuta ku mutwe wa Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite