Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:60 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

60 Ariko, ntibaronka na kimwe, naho ivyabona vy’ibinyoma vyari vyaje ari vyinshi. Ubwa nyuma, haza abantu babiri

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

60 Ariko barabibura, naho haje abīgize ivyabona benshi. Ubuheruka haza babiri,

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:60
7 Referans Kwoze  

Mubikorane umutima utabagiriza ikibi, kugira ngo n’ababavuga nabi bazomaramare babonye ingeso zanyu nziza muri Kristo.


Amajambo yawe abe ay’ukuri, atagiramwo umugayo, kugira ngo abakugwanya baze bamaramare, babure ikibi batuvugako.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite