Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

57 Abaje gufata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa, ahari hakoraniye abigisha b’ivyagezwe hamwe n’abakuru b’Abayuda.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 Abāfashe Yesu bamujana kwa Kayafa, umuherezi mukuru, ni ho abanyabgenge b’ivyanditswe n’abashingantahe bāri bakoraniye.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:57
7 Referans Kwoze  

Uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda, bakoranira mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa,


Nuko umwe muri bo yitwa Kayafa, ari na we yari umuherezi mukuru uwo mwaka, aravuga ati: “Ntimuzi ico muriko muravuga!


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite