Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:54 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

54 Ariko none Ivyanditswe vyera bivuga ko bitegerezwa kugenda gutya, vyoshitswa gute?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 Non’ ivyanditswe vyoshika bite kw ari ko bikwiye kuba?

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:54
11 Referans Kwoze  

Umwana w’Umuntu agiye gupfa nk’uko Ivyanditswe bivuga. Ariko aragowe uwo muntu amugurishije! Vyari kumubera vyiza iyo atavuka!”


ababwira ati: “Bene Data, Ivyanditswe vyategerezwa gushika kuri Yuda, umwe yaza arongoye abaje gufata Yesu. Ivyo Mpwemu Yera yari yarabivuze kera aciye kuri Dawidi.


Murazi ko ata gishobora guhindura Ivyanditswe. None nimba ababwiwe iryo jambo biswe ‘imana,’


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite