Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Maze yongera kubasiga ngaho asubira gusenga ubugira gatatu, avuga amajambo nk’amwe ya mbere.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Yongera kubasigaho, aragenda, asenga ubga gatatu, avuga amajambo amwe n’aya mbere.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:44
6 Referans Kwoze  

Ninginze Umwami Yesu incuro zitatu kugira ngo ayinkuremwo,


Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe.


Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze.


Agarutse, asanga basubiriye gusinzira, kuko amaso yabo yari aremerewe cane n’itiro.


Agarutse aho abigishwa biwe bari, ababwira ati: “Mbega muracasinziriye, muriruhukiye? Ehe, isaha irageze, Umwana w’Umuntu agira atangwe mu maboko y’abanyavyaha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite