Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 kugira ngo barabe akaryo ko gufata Yesu mu mpisho, bamwice.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 baja inama yo gusuka Yesu ngo bamufate, bamwice.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:4
10 Referans Kwoze  

Abafarisayo baca baragenda baja kugira inama barondera ingene bokwica Yesu.


amubwira ati: “Uri umwana wa wa mubi, umwansi w’ivyiza vyose! Uzogeza ryari kubuza abantu kugororokera Umwami?


Atwaza umukazo ubwoko bwacu, ategeka ba sogokuruza guta abana babo b’inzoya kugira ngo ntibabeho.


Mwa nzoka mwe, ruvyaro rw’imvuvyi! Mwibaza ko muzokira mute urubanza rwa Gehinomu?


Ariko ndatinya ko nk’uko Eva yahenzwe n’ubugunge bw’inzoka, namwe Satani ashobora kuzimiza ubwenge bwanyu mukava mu kwiha Kristo gutunganye kwanyu.


Ico gihe hari hasigaye imisi ibiri ngo Umusi Mukuru wa Pasika n’Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro ishike. Kandi abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe bariko barondera akaryo ko gufata Yesu mu kinyegero kugira ngo bamwice.


Kuva uwo musi baca batangura gutegura ingene bokwica Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite