Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Yesu arabishura ati: “Uwo twahurije amaboko mw’isahani ni we ahava angurisha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Arabishura, at’ Uwo duhūje amaboko mu gukoza mu mubehe, ni we angura.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:23
6 Referans Kwoze  

Ibi sindabivuze kuri mwebwe mwese; kuko ndazi abo natoranije. Ariko ibi bishitsa Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Uwo twasangiye ivyokurya vyanje, ni we yahindukiriye kungwanya.’


Kandi ehe raba uwugira angurishe twicaranye hano dusangira.


Abigishwa biwe baca barababara cane, umwe wese akavuga ati: “Mwami, nibaza ko atari jewe!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite