Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Bariko barafungura, Yesu aravuga ati: “Ndababwire ukuri, umwe muri mwebwe ahava angurisha.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Bariko bararya, arababgira, ati Ndababgira ukuri yuk’ umwe muri mwebge agira angure.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:21
11 Referans Kwoze  

Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, agira uruhagarara mu mutima wiwe, maze ashinga intahe avuga ati: “Ndababwire ukuri, umwe muri mwebwe agiye kungurisha.”


Nta kintu na kimwe mu vyaremwe kinyegejwe imbere y’Imana. Imbere yayo vyose vyambaye ubusa kandi biragaragara. Kandi twese izotubaza ivyo twakoze vyose.


Nzokwica abana biwe bose. Aho ni ho amashengero yose azomenya ko ndi Imana isuzuma ivyanyegejwe mu mitima no mu vyiyumviro kandi ko nzoha umuntu wese impembo ikwiranye n’ivyo yakoze.


“Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.”


Abigishwa biwe baca barababara cane, umwe wese akavuga ati: “Mwami, nibaza ko atari jewe!”


Ibi sindabivuze kuri mwebwe mwese; kuko ndazi abo natoranije. Ariko ibi bishitsa Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Uwo twasangiye ivyokurya vyanje, ni we yahindukiriye kungwanya.’


Abigishwa barabana mu maso, bibaza uwo ariko aravuga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite