Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ba bigishwa baragenda babikora nk’uko Yesu yabibabwiye, bategura ivyo vya Pasika.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Abigishwa bagira nk’uko Yesu yababariye, bategura ivya Pasika.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:19
7 Referans Kwoze  

Muzoba muri abakunzi banje nimwakora ivyo mbategeka.


Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”


Abo bigishwa baragenda, babikora nk’uko Yesu yabibabariye.


Arabishura ati: “Nimugende mu gisagara, maze muraja kubona umuntu, mumubwire muti: Umwigisha avuze ko isaha yiwe yegereje, kandi ko agomba gusangirira n’abigishwa biwe ivya Pasika iwawe.”


Ku mugoroba, Yesu yicarana ku meza n’abigishwa biwe cumi na babiri.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite