Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 arababaza ati: “Hamwe nobaha Yesu mwompa angahe?” Baca bamuha ibiceri vy’ifeza mirongo itatu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 arababaza, ati Mwompēra iki, nkazomubaronkera? Bamugerera intete z’ifeza mirongwitatu.

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:15
17 Referans Kwoze  

Mu gukunda amaronko kwabo, bazobakuramwo inyungu bakoresheje amajambo y’uruhendo. Igihano cabo carateguwe kuva kera, kandi uguhona kwabo ntigutevye.


atari imborerwa kandi adasinda, ariko afise ubugwaneza, adatera ibihari, kandi adakunda amahera.


(Ingero Yuda yahawe kubera ikibi yakoze yaguzwemwo itongo kandi ni ryo yaguyemwo, akoroka atanguje umutwe, inda yiwe irasaba, amara arasanzara.


Simoni Umuzelote, na Yuda Isikariyote umwe yamugurisha.


Kuva uwo mwanya aca atangura kurondera akaryo keza ko kumubashikiriza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite