Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 26:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Hanyuma Yuda Isikariyote, umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, aragenda aja kurondera abakuru b’abaherezi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Maz’ umwe muri bamwe cumi na babiri, yitwa Yuda Isikaryota, aja ku baherezi bakuru,

Gade chapit la Kopi




Matayo 26:14
14 Referans Kwoze  

Simoni Umuzelote, na Yuda Isikariyote umwe yamugurisha.


ababwira ati: “Bene Data, Ivyanditswe vyategerezwa gushika kuri Yuda, umwe yaza arongoye abaje gufata Yesu. Ivyo Mpwemu Yera yari yarabivuze kera aciye kuri Dawidi.


Yuda agiheza kurya wa mukate, aca arasohoka kandi hari mw’ijoro.


Nuko ku mugoroba w’uwo musi, Yesu asangira n’abigishwa biwe, kandi Satani yari yamaze gushira muri Yuda, mwene Simoni Isikariyote, iciyumviro co kugurisha Yesu.


Yuda yamugurishije abonye ko baciriye Yesu urubanza rwo gupfa, aca aricuza, hanyuma afata vya biceri vy’ifeza mirongo itatu, abishira abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru,


Yesu akiriko aravuga, Yuda umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, arashika. Inyuma yiwe hari isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda.


Yuda, uwagira amugurishe, yari ahazi, kuko Yesu yakunda kujana n’abigishwa biwe muri iryo tongo.


Maze Yuda, yari yateguye kumugurisha na we nyene avuga ati: “None yoba ari jewe ga Mwigisha?” Yesu aramwishura ati: “Na we urabizi.”


Ariko umwe mu bigishwa biwe yitwa Yuda Isikariyote, ari we yahavuye amugurisha, aravuga ati:


Yesu aramwishura ati: “Ni uwo nza gukoreza umukate mw’isahani nkawumuha.” Yesu ahejeje kuwukoza mw’isahani awuha Yuda, mwene Simoni Isikariyote.


(Ingero Yuda yahawe kubera ikibi yakoze yaguzwemwo itongo kandi ni ryo yaguyemwo, akoroka atanguje umutwe, inda yiwe irasaba, amara arasanzara.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite