Matayo 24:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Hanyuma bazobafata babahame, ndetse babice. Muzokwankwa n’amahanga yose babahora izina ryanje. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ni ho bazobatanga ngo muzigirizwe, bazobica, kandi muzokwankwa n’amahanga yose, abahōra izina ryanje. Gade chapit la |