Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 24:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Ni co gituma namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Nuko namwe mwame mwiteguye, kuk’ Umwana w’umuntu azoza mu gihe mutiyumviriye.

Gade chapit la Kopi




Matayo 24:44
11 Referans Kwoze  

Maze bagiye kugura ayo mavuta, umukwe aca arashika, abari biteguye binjirana na we mu musi mukuru w’ubukwe, hanyuma umuryango urugarwa.


Nuko rero mube maso, kuko mutazi umusi n’isaha.


Kubera ivyo rero mube maso, kuko mutazi umusi Umwami wanyu azozirako.


Namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.”


Ubugwaneza bwanyu bumenywe n’abantu bose, kuko Umwami wacu ari hafi.


Kuko nk’uko umuravyo urabiriza i buseruko ukaboneka no mu burengero, ni ko bizomera Umwana w’Umuntu niyaza.


Tunezerwe, duhimbarwe, tuyihe icubahiro! Kuko ubukwe bw’Umwagazi w’intama burashitse, kandi umugeni wiwe aramaze kwitegura.


Bene Data, ntimwidodomberanire, kugira ngo ntimuze mutsindwe n’urubanza. Umucamanza ari ku rugi.


Mutahure ibi: Iyaba nyene inzu yomenye isaha igisuma kizira ko, yoteramye ntiyokwemera ko kimena inzu yiwe.


Mutahure ibi: iyaba nyene inzu yomenye isaha igisuma kizira ko, ntiyokwemera ko kimena inzu yiwe.


Nuko rero mwame maso, musenge kugira ngo muze muronke inkomezi zibashoboza kurengana ivyo vyose, no kugira ngo muze mushobore guhagarara imbere y’Umwana w’Umuntu.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite