Matayo 24:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Na we arabishura ati: “Murabona ibi vyose? Ndababwira ukuri ko ata buye na rimwe rizosigara rigeretse ku rindi, yose azosamburirwa hasi.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Arababgira, ati Ntimubona ivyo vyose? Ndababgire ukuri: Aha ntihazosigazwa ibuye rigeretse ku rindi, ridasamburiwe hasi. Gade chapit la |