Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 24:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuko ikibi kizogwira, urukundo rwa benshi na rwo ruzotimba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze kuk’ ubugarariji buzogwira urukundo rw’abenshi ruzotimba.

Gade chapit la Kopi




Matayo 24:12
8 Referans Kwoze  

Ndazi ibikorwa vyawe. Ndazi ko udakonje kandi utabize. Ese iyo ukonja canke ukabira!


Ntuterwe ubwoba n’imibabaro ugiye gucamwo, kuko wa mubi agiye gushira bamwe muri mwebwe mw’ibohero kugira ngo akugerageze. Muzobabazwa imisi cumi. Ariko niwaguma mu bwizigirwa gushika ku gupfa, nzoguha igitsibo c’ubugingo.


Hazokwaduka abavugishwa b’ibinyoma benshi kandi bazozimiza abantu benshi.


Ariko uwuzokwihangana gushitsa kw’iherezo azorokoka.


Nuko rero, mwitandukanye cane n’ibintu vyose bishobora kubanduza, hamwe n’ikibi cose, mwemere muciye bugufi ijambo ritewe muri mwebwe, rifise ubushobozi bwo kubarokora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite