Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 24:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Yesu ariko arasohoka ava mu rusengero, abigishwa biwe baramwegera, bamwereka ingene urusengero rwubatse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Yesu arasohoka ava mu rusengero; akigenda abigishwa biwe baramwēgēra ngo bamwereke inyubako y’urusengero.

Gade chapit la Kopi




Matayo 24:1
11 Referans Kwoze  

Kuko ndababwira ukuri ko mutazosubira kumbona kugeza aho muzovugira muti: ‘Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!’”


Na bo baramwishura bati: “Kwubaka uru rusengero vyafashe imyaka mirongo ine n’itandatu, none nawe uvuga ko worwubaka mu misi itatu?”


Yesu aca asubira mu rusengero hanyuma atangura kwigisha, abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda baza aho ari baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite