Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 23:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ntihakagire umuntu n’umwe kw’isi mwita ‘data’ kuko mufise Data umwe, ari we So wo mw’ijuru.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kandi ntimukīte umuntu wo mw isi Data, kuko So ar’ umwe, ar’ uwo mw ijuru.

Gade chapit la Kopi




Matayo 23:9
16 Referans Kwoze  

Nimurabe urukundo Data yadukunze kugeza aho atwita abana biwe! Kandi koko turi bo! Igituma ab’isi batazi ko turi abana n’Imana ni uko batayimenye.


Nimba ba data bo kw’isi baraduhana tukabubaha, dukwiye kurushiriza kugamburukira Data w’impwemu, kugira ngo tubeho.


Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, mbega So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha ivyiza ababimusavye!


Kuko naho mufise abarezi ibihumbi cumi muri Kristo, ntimufise ba so benshi, kuko ni jewe nabavyaje Ubutumwa Bwiza muri Kristo Yesu.


Kandi, “Nzobabera So, namwe muzombera abahungu n’abakobwa, ni ko Uhoraho Mushoboravyose avuze.”


Arababwira ati: “Bavukanyi namwe bavyeyi, nimwumvirize ukwiregura kwanje.”


Ivyo ni vyo abatizera Imana birukira ubudahumeka; ariko mweho So wo mw’ijuru arazi ko ivyo vyose mubikeneye.


Ntimuze mwemere n’uko babita abigisha kuko mufise umwigisha umwe ari we Kristo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite