Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 23:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Bakunda ivyicaro vy’icubahiro mu misi mikuru, n’intebe z’imbere mu masinagogi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Bakunda ivyicaro vyo haruguru aho batumiwe, n’intebe z’icubahiro mu masinagogi,

Gade chapit la Kopi




Matayo 23:6
9 Referans Kwoze  

Narandikiye ishengero; ariko Diyotirefe, akunda kwishira imbere, ntiyemera ikibanza cacu nk’abarongozi.


Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Yesu aramubaza ati: “Wipfuza iki?” Na we aramwishura ati: “Ndagusavye, mu Bwami bwawe, uze utegeke ko aba bahungu banje bicarana nawe, umwe i buryo bwawe, uwundi i bubamfu bwawe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite