Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 23:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Mukwiye rero, kwiyubara mugakora ico cose bababwiye. Ariko ntimukore ivyo bakora, kuko badakora ivyo bigisha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nukw ivyo bababgira vyose mubikore, muvyitondere. Ariko ntimukurikire ibikorwa vyabo, kukw ivyo bavuga atari vyo bakora.

Gade chapit la Kopi




Matayo 23:3
16 Referans Kwoze  

Bigira abagororotsi ariko bihakanye ububasha bwobahaye ukugororoka. Uze witandukanye n’abantu nk’abo.


Bigira abazi Imana ariko ibikorwa vyabo bikagaragaza ko bayihakana. Ni abo kwankwa, ntibumvira kandi nta gikorwa ciza na kimwe bashoboye gukora.


Petero n’izindi ntumwa barishura bati: “Dutegerezwa kwubaha Imana kuruta abantu!


Umuntu wese akwiye kwubaha abategetsi, kuko ata butegetsi na bumwe bubaho Imana itabushizeho. Ubutegetsi buriho bwashizweho n’Imana.


Hanyuma, se aragenda abwira umuhungu wiwe wa kabiri nk’uko yabwiye uwa mbere. Na we aramwishura ati: ‘Egome, muvyeyi, ndagiye,’ ariko ntiyajayo.


“Abigisha b’ivyagezwe hamwe n’Abafarisayo bicaye mu kibanza ca Mose.


Bafata imitwaro iremereye y’amategeko y’idini bakayikoreza abantu ariko bobo ntibanayikozako urutoke.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite