Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 23:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 “Abigisha b’ivyagezwe hamwe n’Abafarisayo bicaye mu kibanza ca Mose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 at’ Abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo bicaye ku ntebe ya Mose.

Gade chapit la Kopi




Matayo 23:2
8 Referans Kwoze  

“Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu. Bakunda kandi guhabwa ivyicaro vy’icubahiro mu masinagogi no mu misi mikuru.


Akiriko arigisha, Yesu avuga ati: “Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu.


Mukwiye rero, kwiyubara mugakora ico cose bababwiye. Ariko ntimukore ivyo bakora, kuko badakora ivyo bigisha.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite