Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 23:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ntimuze mwemere n’uko babita abigisha kuko mufise umwigisha umwe ari we Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kandi ntimukīyite umuranzi, kuk’ umuranzi wanyu ar’ umwe, ari Kristo.

Gade chapit la Kopi




Matayo 23:10
5 Referans Kwoze  

Ariko mwebwe, ntimukemere ko babita Rabi kuko mufise umwigisha umwe, namwe mukaba muvukana.


Ntihakagire umuntu n’umwe kw’isi mwita ‘data’ kuko mufise Data umwe, ari we So wo mw’ijuru.


Umukuru cane muri mwese, ategerezwa kuba umukozi wanyu.


Arabishura ati: “Nimugende mu gisagara, maze muraja kubona umuntu, mumubwire muti: Umwigisha avuze ko isaha yiwe yegereje, kandi ko agomba gusangirira n’abigishwa biwe ivya Pasika iwawe.”


Imirimo ni myinshi ariko Umwami dukorera ni umwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite