1 Yesu abwira abigishwa biwe hamwe n’abantu bose bari ngaho ati:
1 Maze Yesu abarira ishengero n’abigishwa biwe,
Muri ako kanya nyene, abantu ibihumbi n’ibihumbi bariko baragwirirana, gushika aho ata waronka aho ahonyora. Yesu aca atangura kubigisha ahereye ku bigishwa biwe, abagabisha ati: “Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo, ari bwo buryarya.
Ni kuki mudashobora guca urubanza, mugahitamwo ikibereye?
Hanyuma Yesu yongera guhamagara rya sinzi ry’abantu ngo begere aho ari, maze arababwira ati: “Nimuntege amatwi mwese, kandi mutahure: