Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 22:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 None rero nimugende mu mabarabara no mu mayirabiri, mutumire umuntu wese muhasanga.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nuko ni mugende mu mayirabiri, abo muribuboneyo bose mubahamagare, baze babutahe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 22:9
16 Referans Kwoze  

Mpwemu w’Imana n’umugeni baravuga bati: “Kaze.” N’uwumvise aya majambo wese avuge ati: “Kaze.” Uwunyotewe wese naze, kandi uwushaka wese naze anywe ku mazi y’ubugingo ku buntu.


Naho ndi uwo hanyuma y’abera bose, ubwo buntu bw’Imana narabugiriwe, ndaronka iryo teka ryo kubwira Abanyamahanga ubutunzi butagira urugero bafise muri Kristo.


Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’”


kandi ubutumwa bw’ukwihana n’uguharirwa ivyaha buzovugwa mw’izina ryiwe mu mahanga yose, uhereye i Yerusalemu.’


Hanyuma abwira abakozi biwe ati: ‘Amazimano y’ubukwe yateguwe, ariko abo natumiye nta n’umwe agomba kuza.


Nuko, abo bakozi baragenda begeranya abantu bose bahuye, ababi n’abeza, hanyuma inzu y’ubukwe yuzura abashitsi.


Baramwishura bati: ‘Ni kubera twabuze uwuduha ico dukora.’ Na we arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite